ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Myandagaro rup. 4
  • 13-19 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 13-19 Myandagaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Myandagaro rup. 4

13-19 Myandagaro

LUKA 19-20

  • Ururirimbo rwa 84 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ivyigwa dukura mu mugani w’imina cumi”: (Imin. 10)

    • Lk 19:12, 13​—“Umuntu umwe wo mu muryango uhambaye” yabwiye abashumba biwe gucuruza gushika aje (jy 232 ing. 2-4)

    • Lk 19:16-19​—Naho abo bashumba b’abizigirwa bari bafise ubushobozi butandukanye, umwe wese yararonse impera (jy 232 ing. 7)

    • Lk 19:20-24​—Umushumba mubi nta co yahanovye kubera ko atakoze (jy 233 ing. 1)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Lk 19:43​—Aya majambo ya Yezu yarangutse gute? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 20:38​—Ivyo Yezu yavuze bikomeza gute icizigiro cacu c’izuka? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 19:11-27

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w14 15/8 29-30​—Umutwe: Ivyo Yezu yavuze muri Luka 20:34-36 vyoba vyerekeza ku bazozukira kuba kw’isi?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 83

  • “Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Gukoresha JW.ORG”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 33

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 116 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika