ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 2/14 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 2/14 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Ntwarante

“Twari tubagendeye gatoyi kubera ikintu kizoba ku wa 14 Ndamukiza. Kuri iyo tariki tuzokwibuka urupfu rwa Yezu. Bamwe bazohimbaza ico kintu kubera babona yuko urupfu rwiwe rwari ruhambaye. Abandi ntibazi neza ico urupfu rwa Yezu rusobanura. Woba wibaza ko urupfu rwa Yezu rutugirira akamaro wewe nanje?” Rindira yishure. Numwereke urupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Ntwarante, maze murabire hamwe ibivugwa munsi y’ikibazo ca mbere mwongere murabe n’imiburiburi kimwe mu vyanditswe vyatanzwe. Numushikirize ibinyamakuru hanyuma muvugane umusi wogaruka kugira muganire ikibazo gikurikira.

Umunara w’Inderetsi 1 Ruhuhuma

“Abantu nka bose boshima kubona intambara ihera. Woba wibaza ko umugambi wo kugira amahoro kw’isi ari ikintu gishoboka? [Rindira yishure.] Raba ico Ivyanditswe bisezerana. [Soma Zaburi 46:9.] Igishimishije ni uko ibintu vyabaye mu Ntambara ya mbere y’isi yose be n’inyuma yayo bituma twizigira ko vuba Imana igiye gushitsa ubwo buhanuzi maze ikureho intambara ubutakigaruka. Iki kinyamakuru kirabisigura.”

Be maso! Ruhuhuma

“Twari tubagendeye gatoyi kugira ngo tuganire ku ngorane abantu benshi bafise. Biboneka ko ata mwanya wo kurangura ibintu vyose wigera uboneka. Woba wibaza ko tutaronka umwanya kubera dufise vyinshi dukora canke kubera dupfisha ubusa umwanya munini? [Rindira yishure.] Abantu benshi ntibazi ko Bibiliya itanga impanuro ngirakamaro zidufasha gukoresha neza umwanya. Raba akarorero kamwe. [Soma Abafilipi 1:10a.] Iki kinyamakuru kirerekana ibintu bine vyafashije abatari bake gukoresha neza umwanya wabo.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika