ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/13 rup. 8
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 12/13 rup. 8

Ingene twotanguza ibiyago

Gutanguza inyigisho za Bibiliya ku wa gatandatu wa mbere wa Nzero

“Abantu benshi bafise ivyiyumviro bitandukanye ku vyerekeye Imana. Bamwe biyumvira ko Imana ari inguvu nsigabwenge. Abandi bayibona nka Data wa twese wo mw’ijuru munyarukundo. Wewe wibaza ko Imana imeze gute?” Rindira yishure. Numwereke urupapuro rwa nyuma rw’Umunara w’Inderetsi wo ku wa 1 Nzero, maze murabire hamwe ibivugwa munsi y’ikibazo ca mbere mwongere murabe n’imiburiburi kimwe mu vyanditswe vyatanzwe. Numushikirize ibinyamakuru hanyuma muvugane umusi wogaruka kugira muganire ikibazo gikurikira.

Umunara w’Inderetsi 1 Kigarama

“Muri iki gihe usanga abantu bafise ibintu vyinshi cane bakora ku buryo bishobora kuba urugamba kuronka akanya ko kwiyumvira ivyerekeye Imana. Woba wibaza ko bihambaye yuko duha Imana ikibanza mu buzima bwacu? [Rindira yishure.] Muri ya Nsiguro rurangiranwa Yezu yashikiriza ku musozi, yaravuze ko kugira duhimbarwe vy’ukuri dukenera kwironsa ivyo dukeneye mu mutima no mu bwenge. [Soma Matayo 5:3.] Iki kinyamakuru kirerekana ibintu bitatu bituma dukenera Imana.”

Be maso! Kigarama

“Benshi muri twebwe usanga bafise ivyiyumviro bishingiye ku vyo twumva canke dusoma mu bimenyeshamakuru. Woba wibaza ko amakuru turonka atagira amakosa kandi ko ari ay’ukuri? [Rindira yishure.] Bibiliya iduhanura kwiyubara ku bijanye no kwizigira ivyo twumva. [Soma Yobu 12:11.] Iki kinyamakuru kirerekana ibintu bimwebimwe vyodufasha gusuzuma ivyo twumva n’ivyo dusoma.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika