Ku wa gatandatu
“[Nurwane] intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera”—Yuda 3
MU GITONDO
2:20 Ividewo y’umuziki
2:30 Ururirimbo No. 57 n’isengesho
2:40 INSIGURO Y’IBICE BINE: Niwibuke ko n’abatagira ukwizera bashobora kukuronka
• Abanyaninewe (Yona 3:5)
• Abavukana na Yezu (1 Abakorinto 15:7)
• Abantu bakomakomeye (Abafilipi 3:7, 8)
• Abantu batagira idini (Abaroma 10:13-15; 1 Abakorinto 9:22)
3:30 Nufashe abandi gukomeza ukwizera ukoresheje Urashobora kwiberaho ibihe bidahera (Yohani 17:3)
3:50 Ururirimbo No. 67 n’amatangazo
4:00 INSIGURO Y’IBICE BITATU: Abaroranirwa mu kurwanira ukwizera
• Abubakanye n’abatari Ivyabona (Abafilipi 3:17)
• Abarezwe n’umuvyeyi umwe (2 Timoteyo 1:5)
• Abakirisu batarubaka (1 Abakorinto 12:25)
4:45 IBATISIMU: Kugira ukwizera biratuma turonka ubuzima budahera (Matayo 17:20; Yohani 3:16; Abaheburayo 11:6)
5:15 Ururirimbo No. 79 n’akaruhuko
KU MUHINGAMO
6:35 Ividewo y’umuziki
6:45 Ururirimbo No. 24
6:50 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Ingene abavukanyi bariko bagaragaza ukwizera . . .
• Muri Afrika
• Muri Aziya
• I Buraya
• Muri Amerika ya Ruguru
• Muri Oseyaniya
• Muri Amerika y’Epfo
7:15 INSIGURO Y’IBICE BITANU: Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera
• Niwige ururimi rushasha (1 Abakorinto 16:9)
• Niwimukire ahari inkenero kuruta (Abaheburayo 11:8-10)
• Nusabe kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami (1 Abakorinto 4:17)
• Nufashe mu maporoje y’ubwubatsi (Nehemiya 1:2, 3; 2:5)
• “[Nushire] ikintu ku ruhande” ku bw’igikorwa ca Yehova (1 Abakorinto 16:2)
8:15 Ururirimbo No. 84 n’amatangazo
8:20 IGIKINO: Daniyeli: Ubuzima bwiwe bwaranzwe n’ukwizera: Igice ca 1 (Daniyeli 1:1–2:49; 4:1-33)
9:20 “[Nurwane] intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera” (Yuda 3; Imigani 14:15; Abaroma 16:17)
9:55 Ururirimbo No. 38 n’isengesho risozera