Ivyigwa dukura muri Bibiliya
INOMERO Y’ICIGWA
Ababisha bazorandurwa 5, 10, 32, 46, 102
Abagenzi beza ni abakunda Yehova 16, 33, 42, 80, 87, 100, 103
Abantu bose bari n’agaciro kuri Yehova 8, 9, 11, 21, 23, 68, 70, 74, 87, 90
Abapfuye bazozuka 48, 86, 91, 93
Dutegerezwa kwamamaza Ubwami 73, 76, 94, 95, 96, 97, 98
Idini ry’ikinyoma ryatangujwe na Shetani 19, 20, 22, 38, 46, 49, 52, 58
Imana irarwanya abagarariji 7, 17, 26, 27, 28, 88
Imana yaduhaye Bibiliya kugira itwigishe 56, 66, 72, 75, 81
Ishari rironona ubugenzi 4, 14, 41
Ishavu ni ribi 4, 12, 41, 45, 49, 65, 89
Ivyo Imana igomba bizokorwa mw’ijuru no kw’isi 25, 55, 60, 62, 63, 71, 96, 102
Kugamburuka biradukingira 3, 5, 10, 37, 39, 54, 59, 65, 72
Kwikunda ni bibi 3, 4, 12, 27, 28, 39, 49, 88
Niwame ushimira Yehova 2, 6, 67, 103
Niwumire ku co Yehova yaguhaye 12, 13, 24, 35, 36, 56, 75, 95, 100
Nta wushobora gukorera Imana n’Ubutunzi 10, 17, 44, 59, 75, 76
Ntiwihebure iyo uri mu ngorane 16, 47, 51, 57, 64, 75, 90, 95, 99, 101
Ntugakore ibibi 14, 27, 49, 53, 58, 88, 89
Ntutinye, Yehova azokwama agufasha 40, 47, 51, 53, 57, 61, 64, 65, 76, 88, 101
Nubabarire abandi nk’uko Yehova akubabarira 13, 15, 31, 43, 92
Nube umugenzi wa Yehova 11, 30, 33, 51, 56, 59, 69, 81, 82
Nushitse ivyo usezerana nka Yehova 8, 9, 11, 23, 24, 31, 34, 35, 36, 66, 93
Rwaruka, nimuhe Yehova umutima wanyu 37, 51, 59, 61, 72, 100
Ubwami bw’Imana buzotuma bose banezerwa 1, 48, 62, 79, 81, 83, 85, 86
Uwudakunda mwenewabo ntaba akunda Imana 4, 13, 15, 41
Yehova akunda abantu bose 30, 33, 48, 54, 77, 94, 97, 98, 99
Yehova arakingira abamukunda 6, 22, 40, 50, 52, 55, 64, 71, 84
Yehova arakingira abicisha bugufi 43, 45, 65, 67, 69
Yehova aratwumviriza dusenze bivuye ku mutima 35, 38, 50, 64, 82
Yehova arayobora abasavyi biwe 18, 25, 26, 27, 29, 34, 39, 44, 73, 80
Yehova ni Mushoboravyose 1, 7, 18, 19, 20, 21, 22, 26, 55, 60
Yehova ni we yaremye isi 1, 2, 102, 103
Yehova ntiyibagira ivyo tumukorera 16, 29, 32, 48, 65, 69, 77, 100
Yehova ntiyigera abesha 3, 10, 16, 63, 68, 70, 102, 103
Yezu ni Umwami w’Ubwami bw’Imana: mwubahe 74, 78, 79, 83, 84, 85, 91, 92, 99