Ibirimwo
Ndamukiza 2013
© 2013 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO: Icohagarika amabi akorerwa mu ngo 8-11
16 Uburyo bwihuta bwo gushikaku muhora wacu
RABA IBINDI KU MUHORA WO KURI INTERNET
IMIYABAGA
URWARUKA RURIBAZA . . .
Nokora iki igihe hari uwuntoteza?
Umwigeme w’imyaka 20 yitwa Celine avuga ati: “Sinzokwigera nibagira amazina bahora banyita canke ivyo bambwira. Baratuma numva ko ata co maze, ko batankeneye, be n’uko ndi imburakimazi. Bari gutuma bankubita hako bangirira ibiraho.” Ico kiganiro co kuri Internet kirishura ibibazo nk’ibi: Kubera iki abakiri bato batoteza abandi? Ni bande canecane bakunda gutotezwa? Wokora iki mu gihe wototezwa?
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ADOLESCENTS)
ABANA
Soma izi nkuru zo muri Bibiliya zerekanywe mu mashusho. Nusohore ayo mashusho ku rupapuro uheze uyakoreshe mu gufasha abana bawe kurushiriza kumenya abantu bavugwa muri Bibiliya be n’ingingo ngenderwako zigenga inyifato runtu.
(Raba ahavuga ngo LA BIBLE ET VOUS/ENFANTS)