ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • g 7/12 rup. 2-3
  • Ni ibiki wohindura?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni ibiki wohindura?
  • Be maso!—2012
  • Ivyo bijanye
  • Turakeneye isi nziza!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2021
  • Akarenganyo koba kazokwigera kavaho kw’isi?
    Ibindi biganiro
  • Kwishiramwo nabi abandi bizohera ryari?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Ni ibiki bitegerezwa guhinduka?
    Be maso!—2012
Ibindi
Be maso!—2012
g 7/12 rup. 2-3

Ni ibiki wohindura?

Mu bintu biba mw’isi, ni igiki wewe kiguhagarika umutima kuruta ibindi?

INZARA

UBUKENE

INDWARA

UBUGIZI BWA NABI

AKARENGANYO

INTAMBARA

UGUTOSEKARA KW’IBIDUKIKIJE

UKWINUBANA

Ni ikihe muri ibi bikurikira wipfuza kubona kuruta ibindi?

AMAHORO HAGATI Y’IBIHUGU

KUBA AMAGARA Y’ABANTU ASHOBORA KWITWARARIKWA MU BURYO BUTAZIMVYE KANDI BWIZA

UGUKUMIRANA KUTAKIRIHO

IBIFUNGURWA VYINSHI N’AMAZI MEZA

IKIBANO KITAGIRAMWO INKOMANZI

IBIDUKIKIJE BISUKUYE

UBUTUNGANE KURI BOSE

Ivyo bintu wipfuza kubona bihindutse kw’isi vyoba bizokwigera biba? Hari abavuga yuko isi ikeneye intwaro nziza kugira ngo ihindure ibintu. Abategetsi b’iyi si boba bashobora kuyihindura ikamera neza? Ibintu biba bihishura iki?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika