1 ABAMI
IBIRIMWO MURI MAKE
1
Dawidi na Abishagi (1-4)
Adoniya arondera kuba umwami (5-10)
Natani na Batisheba bagira ico bakoze (11-27)
Dawidi ategeka ko Salomo arobanuzwa amavuta (28-40)
Adoniya ahungira ku gicaniro (41-53)
2
Dawidi abwira Salomo ivyo azokora (1-9)
Dawidi apfa, Salomo akimikwa (10-12)
Umugambi wa Adoniya umukwegera urupfu (13-25)
Abiyatari akurwa mu mabanga. Yowabu yicwa (26-35)
Shimeyi yicwa (36-46)
3
Salomo atwara umukobwa wa Farawo (1-3)
Yehova abonekera Salomo mu ndoto (4-15)
Salomo acira urubanza abagore babiri (16-28)
4
Abakuru mu ntwaro ya Salomo (1-19)
Ku ngoma ya Salomo abantu bari babayeho neza (20-28)
Ubukerebutsi bwa Salomo n’imigani yiwe (29-34)
5
6
7
Inyubakwa z’ikirimba ca Salomo (1-12)
Umuhinga Hiramu aza gukorera Salomo (13-47)
Za nkingi zibiri z’umujumpu (15-22)
Ca gitangi c’umujumpu citwa Ikiyaga (23-26)
Amashareti cumi n’ibibesani vy’umujumpu (27-39)
Barangiza gukora ibintu vy’inzahabu (48-51)
8
Bazana isandugu mu rusengero (1-13)
Ivyo Salomo yabwiye abantu (14-21)
Isengesho rya Salomo ryo kwegurira Imana urusengero (22-53)
Salomo ahezagira abantu (54-61)
Umusi mukuru wo kwinjira urusengero n’ibimazi batanze (62-66)
9
Yehova yongera kubonekera Salomo (1-9)
Ivyo Salomo yagabiye umwami Hiramu (10-14)
Ivyo Salomo yubatse (15-28)
10
11
Abagore ba Salomo barahinduye umutima wiwe (1-13)
Abansi barwanya Salomo (14-25)
Yerobowamu yemererwa imiryango cumi (26-40)
Salomo apfa. Rehobowamu aba umwami (41-43)
12
Rehobowamu yishura Abisirayeli abakarira (1-15)
Imiryango cumi igarariza (16-19)
Yerobowamu aba umwami wa Isirayeli (20)
Imana ibuza Rehobowamu kurwanya Abisirayeli (21-24)
Yerobowamu atanguza ivyo gusenga inyana (25-33)
13
14
15
Abiyamu, umwami w’Ubuyuda (1-8)
Asa, umwami w’Ubuyuda (9-24)
Nadabu, umwami wa Isirayeli (25-32)
Bayasha, umwami wa Isirayeli (33, 34)
16
Urubanza Yehova yaciriye Bayasha (1-7)
Ela, umwami wa Isirayeli (8-14)
Zimuri, umwami wa Isirayeli (15-20)
Omuri, umwami wa Isirayeli (21-28)
Ahabu, umwami wa Isirayeli (29-33)
Hiyeli asubira kwubaka Yeriko (34)
17
Umuhanuzi Eliya avuga ko imvura itazogwa (1)
Eliya agaburirwa n’ibikona (2-7)
Eliya aja ku mupfakazi w’i Zarefati (8-16)
Umwana w’uwo mupfakazi apfa agasubira kuba muzima (17-24)
18
Eliya ahura na Obadiya be na Ahabu (1-18)
Eliya n’abahanuzi ba Bayali ku musozi Karumeli (19-40)
Imyaka itatu n’igice y’uruzuba irangira (41-46)
19
Eliya ahunga kubera ishavu rya Yezebeli (1-8)
Yehova avugana na Eliya i Horebu (9-14)
Eliya asabwa kugena Hazayeli, Yehu na Elisha (15-18)
Elisha agenwa ngo azosubirire Eliya (19-21)
20
Abasiriya barwana na Ahabu (1-12)
Ahabu atsinda Abasiriya (13-34)
Umuhanuzi abwira Ahabu ivyago bizomushikira (35-43)
21
Ahabu yipfuza umurima w’imizabibu wa Naboti (1-4)
Yezebeli ategura umugambi wo kwicisha Naboti (5-16)
Eliya abwira Ahabu ivyago bizomushikira (17-26)
Ahabu yicisha bugufi (27-29)
22
Yehoshafati yifatanya na Ahabu (1-12)
Mikaya amenyesha Ahabu ko aza gutsindwa (13-28)
Ahabu yicirwa i Ramoti-Gileyadi (29-40)
Intwaro ya Yehoshafati mu Buyuda (41-50)
Ahaziya, umwami wa Isirayeli (51-53)