ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb17 rup. 82-83
  • Jeworojiya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Jeworojiya
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2017
yb17 rup. 82-83
Icabona ca Yehova ariko arabwira ubutumwa umugabo umwe mu misozi yo muri Jeworojiya

Jeworojiya

WA MUGANI wa Yezu w’umwambiro wanyegejwe mu gikandu, urerekana neza ukuntu ubutumwa bw’Ubwami bwakwiragiye muri Jeworojiya. (Mat. 13:33) Cokimwe n’uwo mwambiro, mu ntango iterambere ntiryashotse ryibonekeza. Ariko bidatevye, ubutumwa bw’Ubwami bwarakwiragiye hose, buranatuma abantu benshi bahinduka.

Niwisomere inkuru ikora ku mutima y’ukuntu abasavyi b’Imana bo muri Jeworojiya bagaragaje urukundo, ukwizera, ukudahemuka, ukwibwiriza n’umutima rugabo “mu gihe ciza [no] mu gihe kigoye.”​—2 Tim. 4:2.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika