Ibirimwo
Ikete rivuye ku Nama Nyobozi 4
Ibikurubikuru vyaranze umwaka uheze 8
“Turakunda televiziyo yacu ga yemwe!” 10
Kwihutisha ubwubatsi bw’Ingoro z’Ubwami 16
Ibikorwa bigeze he i Warwick? 18
Gushikira abo bitoroshe gushikira 20
Umuco uguma urushiriza gukayangana 25
Kwegurira Imana ibiro vy’amashami 28
Bibiliya y’isi nshasha mu zindi ndimi 30
Udukuru two hirya no hino kw’isi 39
Kwamamaza no kwigisha kw’isi yose 44
Ibintu nyamukuru biranga Endoneziya 82
Uburyo bakoresha mu kwamamazamu ntango 97
Yaraha agaciro ivy’impwemu 101
Mu burengero bwa Java himbuka 102
Endoneziya yigarurirwa n’Abayapani 108
Umutsimvyi w’umutima rugabo 112
Abamisiyonari basohotse Gileyadi bashika 114
Inkuru nziza ishika mu buseruko 119
Hashika abandi bamisiyonari 123
Nararusimvye igihe abakomunisita bagumuka 129
Namaze imyaka 50 ndi umutsimvyi adasazwe 130
Umukuru w’inkozi z’ikibi aba umunyagihugu mwiza 131
Biyemeje gutera baja imbere 132
Umukunzi nyawe umumenyera mu magorwa 143
Kugamburuka vyaradukijije! 145
Baratangaza izina rya Yehova banezerewe 151
Ibiro vy’ishami biri mw’ijuru 158
Yehova yadukoreye ibirenze ivyo twari twiteze! 168