ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb16 rup. 144
  • Ntiturota duhemuka

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ntiturota duhemuka
  • Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
  • Ivyo bijanye
  • “Ubukiriro Ni Ubwa Yehova”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Kuramutsa ibendera, amatora n’ibikorwa bisubirira ivya gisirikare
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
  • Umwana wawe yovuga iki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2010
  • Kubera iki Ivyabona vya Yehova birinda kugira uruhara mu misi mikuru y’igihugu?
    Ibibazo bikunze kubazwa ku bijanye n’Ivyabona vya Yehova
Igitabu c’umwaka c’Ivyabona vya Yehova 2016
yb16 rup. 144

ENDONEZIYA

Ntiturota duhemuka

Daniel Lokollo

  • YAVUTSE 1965

  • YABATIJWE 1986

  • IVYIWE MURI MAKE Umutsimvyi adasanzwe yagumye ashikamye mu ruhamo.

Daniel Lokollo

HARI ku wa 14 Ndamukiza 1989. Nariko ndayobora amakoraniro mu gisagara ca Maumere, mw’izinga rya Flores. Abategetsi barinjiye mu nzu twarimwo baca baramfata twe n’abandi batatu.

Abarinzi b’ibohero ryo muri ako karere baragerageje kuduhata ngo turamutse ibendera ariko turanka. Baciye badukubita inkoni n’imigere bongera batumaza imisi itanu duhagaze ku zuba rimena imbwa agahanga. Twarara turajugumira turyamye kw’isima mu gasho gatoyi kuzuyemwo umucafu, utuguvu twose twaheze, ibikomere vyacu na vyo bikaguma bidusasata. Umukuru w’ibohero yama agerageza kutujijura ngo duhemuke, ariko tukamwishura duti: “Twopfuma dupfa hako turamutsa ibendera.” Cokimwe n’abakirisu benshi batwitangiye imbere, twabona ko ari agateka ‘kubabara duhorwa ubugororotsi.’​—1 Pet. 3:14.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika