ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w24 Nyakanga rup. 1-32
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
w24 Nyakanga rup. 1-32
Yezu yicaye ku ntebe y’ubwami mw’ijuru, ariko arihweza imigwi ibiri y’abantu. Amafoto: Abavukanyi na bashiki bacu bariko barasenga Yehova. 1. Mushiki wacu afise tablete arangamije mw’ijuru. 2. Abubakanye bariko barasoma Bibiliya. 3. Abavukanyi na bashiki bacu bariko barakorera kw’ishantiye y’ubwubatsi. 4. Umuvukanyi apfunzwe ariko arasenga. 5. Mushiki wacu yitereye mu myaka ariko aratanga insasanuro kw’ikoraniro. 6. Mushiki wacu ari mu bitaro ahaye agapapuro k’inkuru nziza umuganga. 7. Sebibondo n’umuryango wiwe bariko barigira hamwe Bibiliya. Amafoto: Abagabo n’abagore bariko barakora ibitandukanye n’ivyo Bibiliya ivuga. 1. Umugabo ariko arasenga ngo atsinde imbere y’uko akina akamari. 2. Umugabo ariko akubita umugore wiwe. 3. Abantu bashavuye bari mu migumuko. 4. Umugabo afise inkoho ariko akurikira umugore aho baparika imiduga. 5. Umukuru w’idini ariko arasengera abasoda. 6. Umugore ariko aranywa ibiyayuramutwe.

Integuro y’ukwiga

NYAKANGA 2024

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 11 MUNYONYO–8 KIGARAMA 2024

© 2024 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika