Ibirimwo
IBIRI MURI IYI NOMERO
Ikiganiro c’ukwiga ca 27: Ku wa 9-15 Nyakanga 2024
2 Gira umutima rugabo nka Sadoki
Ikiganiro c’ukwiga ca 28: Ku wa 16-22 Nyakanga 2024
8 Woba ushobora gutandukanya ukuri n’ikinyoma?
Ikiganiro c’ukwiga ca 29: Ku wa 23-29 Nyakanga 2024
14 Guma uri maso, wirinde inyosha mbi
Ikiganiro c’ukwiga ca 30: Ku wa 30 Nyakanga 2024–6 Gitugutu 2024
20 Ivyigwa bihambaye dukura ku bami ba Isirayeli
26 Ivyogufasha kumenyera ishengero rishasha
32 Ivyo wokwiyigisha—Kwiyigisha bimwe vyimbitse biratuma uguma uri maso