Integuro y’ukwiga
KIGARAMA 2022
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 30 NZERO–26 RUHUHUMA 2023
© 2022 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Mu gihe c’Ingoma ya Kristu y’imyaka igihumbi, umuvukanyi umwe araryohewe no kugerageza gukora ikintu yari ashashaye cane (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 50, ingingo ya 19)