Ivyo dusanga kuri JW Library no kuri JW.ORG
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Raba ico bisaba kugira ngo JW Library igume ikora neza kandi igume iryohorwa.
ICOFASHA UMURYANGO
Ingene wobona mu buryo bwiza utunenge tw’uwo mwubakanye
Aho kureka ngo utunenge tw’uwo mwubakanye dutume mudahuza, niwige kutubona mu buryo bwiza.
BIBILIYA IRAHINDURA UBUZIMA
Kuba Antonio yaratwawe n’ubukazi, ibiyayuramutwe n’akaborerwe vyatumye abona ko ubuzima butagira intumbero. None ni igiki catumye ahindura ivyiyumviro?