ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb25 Ntwarante rup. 11
  • 14-20 Ndamukiza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 14-20 Ndamukiza
  • Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2025
Agatabu k’ikoraniro ry’ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—2025
mwb25 Ntwarante rup. 11

14-20 NDAMUKIZA

IMIGANI 9

Ururirimbo rwa 56 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Nube inkerebutsi, ntube umucokoranyi

(Imin. 10)

Umucokoranyi ntiyemera impanuro iranga urukundo ahawe, ahubwo ashavurira uwuyimuhaye (Img 9:​7, 8a; w22.02 9 ing. 4)

Umuntu w’inkerebutsi arashima impanuro ahawe, agakengurukira n’uwuyimuhaye (Img 9:8b, 9; w22.02 12 ing. 12-14; w01 15/5 30 ing. 1-2)

Umuntu w’inkerebutsi biramugirira akamaro, ariko umucokoranyi bimukwegera akarambaraye (Img 9:12; w01 15/5 30 ing. 5)

Mushiki wacu akiri muto ariko arumviriza impanuro ahabwa na mushiki wacu yitereye mu myaka igihe bariko barafungura muri resitora.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Img 9:17—Ayo «mazi bivye» ni iki, kandi ni kubera iki avugwa ko ‘asosa’? (w06 15/9 17 ing. 4)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

(Imin. 4) Img 9:​1-18 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) INZU KU NZU. Uwo muntu yaritavye Icibutso. (lmd icigwa ca 8 iciyumviro ca 3)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) KU MUGARAGARO. Uheruka kwereka uwo muntu aho Icibutso cari kubera hamwegereye. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 4)

6. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) AKARYO KIZANYE. Uheruka kwereka incuti yawe aho Icibutso cari kubera hamwegereye. (lmd icigwa ca 8 iciyumviro ca 4)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 84

7. Uduteka twoba dutuma uba uwudasanzwe?

(Imin. 15) Guhana ijambo.

Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:

  • Ijambo «agateka» risobanura iki?

  • Abafise uduteka mw’ishengero bakwiye kwibona gute?

  • Ni kubera iki gukorera abandi bihambaye kuruta kuronka ubukuru kanaka?

8. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

(Imin. 30) bt ikig. 25 ing. 5-7, n’uruzitiro ku rup. 228

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 42 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika