ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 3
  • Nufashe abandi bakore ivyo boshobora gukora vyose

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nufashe abandi bakore ivyo boshobora gukora vyose
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Yakoresheje ubukuru bwiwe ata bwikunzi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Icigwa mu bijanye no kuyaga neza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Niwihatire kwifata ruto nka Esiteri
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nufashe abandi bakore ivyo bashoboye vyose

Morudekayi yari afise umutima rugabo kandi yari intahemuka kuri Yehova (Est 3:​2-4; it-2 345 ing. 5)

Yarafashije Esiteri kubona ko yari ashoboye gukora iciza (Est 4:​7, 8; it-2 345 ing. 7)

Yararemesheje Esiteri kugira umutima rugabo no kwizigira Yehova (Est 4:​12-14; ia 132 ing. 22-23)

Udufoto: 1. Umukurambere ariko araremesha umuvukanyi akiri muto bari kumwe mu ndimiro. 2. Wa muvukanyi akiri muto ariko aruzuza kuri internet urupapuro rwo gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji bw’Ubwami. 3. Mu nyuma, wa muvukanyi araronse urupapuro rw’umutsindo mw’Ishure ry’abamamaji b’Ubwami.

NIWIBAZE UTI: “Amajambo mvuga n’ivyo nkora bifasha gute abandi mw’ishengero gukora ivyo bashoboye vyose?”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika