ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nyakanga rup. 3
  • 11-17 Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 11-17 Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nyakanga rup. 3

11-17 Nyakanga

ESITERI 3-5

  • Ururirimbo rwa 85 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nufashe abandi bakore ivyo bashoboye vyose”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Est 4:​12-16—Tworwanira gute umwidegemvyo wo gusenga nk’uko Esiteri na Morudekayi babigize? (kr 160 ing. 14)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Est 3:​1-12 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Ubwami—Mt 14:​19, 20. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 16)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 12, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 15)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 65

  • Nube umugenzi wa Yehova​—Esiteri yari afise umutima rugabo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye uti: Ni mu muce uwuhe woshima kwigana umutima rugabo wa Esiteri?

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 57

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 125 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika