ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 5
  • Ingaruka zibabaje ziva ku kugambarara

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingaruka zibabaje ziva ku kugambarara
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Gukorera Yehova si amananiza
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nureke Yehova agukoreshe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • “Hari ikindi Yehova Imana yawe agusaba?”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ibivugwa muri Bibiliya vyarabaye, si ibitito
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingaruka zibabaje ziva ku kugambarara

Abisirayeli bamwebamwe barunze ubucuti bw’ukwabirana n’abantu basenga ibigirwamana (Ezr 9:1, 2; w06 15/1 20 ing. 1)

Barirengagije amategeko atomoye ya Yehova (Ezr 9:10-12)

Kugambarara kwabo kwaratumye bo n’imiryango yabo bashikirwa n’ingorane nyinshi zibabaje (Ezr 10:10, 11, 44)

Mushiki wacu yubakanye n’umugabo atari Icabona, ubu afise umwana, akaba ariko aricuza azirikanye ku buzima bwiwe igihe yari agihagaze neza mu kuri. Ku meza imbere yiwe hari akantu batamwo umunyota w’itabi karimwo itabi. Umugabo wiwe w’imborerwa aryamye kw’idiva.

Itegeko ryose rya Yehova ririho ku neza yacu. (w09 1/10 10 ing. 6) Ukugamburuka kuraturinda ingorane nyinshi ubu kandi kukazotuma twironkera imihezagiro yamaho yo muri kazoza.

NIWIBAZE UTI: ‘Kuba ngamburukira Yehova binkingira gute ingorane zidakenewe?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika