ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Rusama rup. 14
  • Nureke Yehova agukoreshe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nureke Yehova agukoreshe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • ‘Nimureke igikorwa kibandanye’
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Woba uvyibuka?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2022
  • Ingaruka zibabaje ziva ku kugambarara
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Inyifato ya Ezira yaratumye Yehova aterwa iteka
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Rusama rup. 14

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nureke Yehova agukoreshe

[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Ezira.]

Yehova yarakabuye impwemu y’Umwami Kuro kugira arekure Abisirayeli (Ezr 1:1-3; w22.03 14 ing. 1)

Yehova yarakabuye impwemu y’abasavyi biwe kugira basubire kwubaka urusengero (Ezr 1:5; w17.10 26 ing. 2)

Umuvukanyi ariko akoresha Bibiliya mu guhumuriza umuvukanyi n’umukenyezi wiwe yakomeretse cane, bakaba bari mu bitaro.

Hamwe wokwemera kwitanga, Yehova arashobora gutuma ucika ico ashaka kugira arangure umugambi wiwe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika