23-29 Nzero
1 NGOMA 4-6
Ururirimbo rwa 42 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Amasengesho yanje ahishura iki ku binyerekeye?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Ng 5:10—Kuba Abahaguri baratsinzwe vyoturemesha gute igihe dufise ingorane zisa n’iziturengeye? (w05 1/10 9 ing. 7)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Ng 6:61-81 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 14)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08: Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwitegurire ubu ibijanye no kuvurwa mu buryo bwihutirwa”: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza be n’ividewo. Gishikirizwe n’umukurambere. Nusigarize umwanya ukwiye abaza gutanga inyishu ividewo iheze.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 35
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho