ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 12
  • 19-25 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 19-25 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 12

19-25 Kigarama

2 ABAMI 18-19

  • Ururirimbo rwa 148 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Bm 19:37​—Uwo murongo werekana gute akamaro ko kudapfa kwemera ivyo abashakashatsi bubuye? (it-1 170 ing. 3)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 18:1-12 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 1)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya ku buntu, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 2)

  • Insiguro: (Imin. 5) w20.11 15 ing. 14​—Umutwe: Twosengera gute abari mu ruhamo? (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 128

  • “Nuhimbarwe igihe uri mu ruhamo”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Turashobora guhimbarwa naho twoba turi mu ruhamo.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 32, iciyumviro ca 1-4 n’uruzitiro ruvuga ngo “Ingene indoto yerekeye igiti ifitaniye isano n’Ubwami bw’Imana”

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 22 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika