ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 2
  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • ‘Ewe Yehova, ugurura amaso yiwe’
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Yehova akingira Elisha
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Elisha yarabonye imikogote y’umuriro—Woba nawe uyibona?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 2
Elisha ariko arereka umusuku wiwe yatangaye imikogote n’amafarasi vy’umuriro vyinshi cane bikikuje ingabo z’Abasiriya.

Elisha ariko arabwira umusuku wiwe ati: ‘Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo.’​—2Bm 6:16

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo

Elisha n’umusuku wiwe bari bakikujwe n’abansi (2Bm 6:13, 14; it-1 728 ing. 5)

Elisha yagumye atekanye yongera araremesha umusuku wiwe (2Bm 6:15-17; w13 15/8 30 ing. 2; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Yehova yararokoye Elisha n’umusuku wiwe ku gitangaro (2Bm 6:18, 19; it-1 409 ing. 4)

Yezu n’ingabo ziwe zo mw’ijuru bariko baritegereza kw’isi igihe abasoda n’abapolisi buzuye mw’ibarabara. Umuvukanyi ariko arahungishiriza mu nzu yiwe abo basangiye ukwizera babiri.

Abaturwanya ntibakomeye kuruta Yehova. Hamwe tworunguruka mw’ijuru tukabona ukuntu Yehova ariko arakoresha abamarayika biwe kugira akingire abasavyi biwe, wiyumvira ko ari ibiki twobona?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika