ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 2
  • 7-13 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 7-13 Munyonyo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 2

7-13 Munyonyo

2 ABAMI 5-6

  • Ururirimbo rwa 55 n’isengesho

  • Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Bm 5:15, 16​—Ni kubera iki Elisha yanse ingabirano Namani amuhaye, kandi ni icigwa ikihe twohakura? (w05 1/8 9 ing. 2)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Bm 5:1-14 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Inkuru nziza​—Zb 37:10, 11. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.

  • Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)

  • Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 08, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 15)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 37

  • “Mugire akamenyero ko gutanga”: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umukurambere. Nimurabe ividewo ivuga ngo Turakenguruka agatima mufise ko gutanga. Nukeze abagize ishengero ku mice itandukanye bagaragazamwo agatima ko gutanga.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 26

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 30 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika