ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Munyonyo rup. 4
  • Ivyigwa dukura ku nkuru y’abatahuranye ukutari kwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ivyigwa dukura ku nkuru y’abatahuranye ukutari kwo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Impanuro za nyuma Yosuwa yahaye Abisirayeli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Nukurikire Yehova bimwe bishitse
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Kubera iki twobumbwa n’ivyo dufise kandi tukifata ruto?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova yararwaniye Isirayeli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Munyonyo rup. 4
Abisirayeli baba mu buseruko bwa Yorodani bariko bishura abandi Bisirayeli ku bintu bitari vyo babagirije.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ivyigwa dukura ku nkuru y’abatahuranye ukutari kwo

Abo mu miryango yaba mu buseruko bwa Yorodani barubatse igicaniro kinini cibonekeza (Yos 22:10)

Abo mu yindi miryango babagirije ko bahemutse (Yos 22:12, 15, 16; w06 15/4 5 ing. 3)

Kuba abagirijwe ibitari vyo barishuranye ubwitonzi vyaratumye hadaseseka amaraso (Yos 22:21-30; w08 15/11 18 ing. 5)

Iyo nkuru itwigisha iki ku bijanye n’ukuntu dukwiye kuvyifatamwo igihe twagirijwe ibitari vyo no ku bijanye n’akamaro ko kutemeza ikintu tutazi neza?​—Img 15:1; 18:13.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika