ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Nyakanga rup. 12
  • Nukurikire Yehova bimwe bishitse

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nukurikire Yehova bimwe bishitse
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Yararwaniye Imana yiwe adahemuka
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Abagabo 12 bagiye gusuma urusaku
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Niwizigire Yehova N’umutima Wawe Wose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Nyakanga rup. 12

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nukurikire Yehova bimwe bishitse

Kalebu yarakurikiye Yehova bimwe bishitse kuva akiri muto (Yos 14:7, 8)

Mu nyuma Kalebu yarizigiye ko Yehova yomufashije kurangura igikorwa kitoroshe (Yos 14:10-12; w04 1/12 12 ing. 2)

Kalebu yararonse impera kubera yakoreye Yehova bimwe bishitse (Yos 14:13, 14; w06 1/10 18 ing. 11)

Udufoto: Mushiki wacu w’umwizigirwa ariko avyifatamwo neza naho hari ivyo atagishoboye kubera yitereye mu myaka. 1. Ariko arasenga yicaye, akaba yifadikije inkoni. 2. Ariko aramamaza ku mugaragaro ari kumwe n’umudada akiri muto. 3. Ariko arereka amafoto abana bo mw’ishengero. 4. Ariko aramwenyura.

Kuba Kalebu yarakurikije ubuyobozi bwa Yehova maze akabona ingene amuhezagira vyarakomeje ukwizera kwiwe. Na twebwe iyo twiboneye ingene Yehova yishura amasengesho yacu n’ingene atuyobora mu bundi buryo butandukanye, biradutera intege zo kubandanya tumukorera.​—1Yh 5:14, 15.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika