UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
‘Urubanza ni urw’Imana’
[Erekana ividewo ivuga ngo Incamake y’igitabu co Gusubira mu vyagezwe.]
Abakurambere bategerezwa “guca urubanza mu bugororotsi” (Gus 1:16; w96 15/3 23 ing. 1)
Abakurambere ntibakwiye ‘kugira nkunzi mu rubanza’ (Gus 1:17; w02 1/8 9 ing. 4)
Twese twokwerekana gute ko dukenguruka kuba dufise abakurambere mw’ishengero?—Heb 13:17; Yak 5:13-15