ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 3
  • Nushitse indagano wagize

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nushitse indagano wagize
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Ibibazo vy’Abasomyi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • “Ico uraganye, gishitse”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • Abantu b’abizigirwa barashitsa ivyo basezerana
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Ivyo twigira kw’ikambi ya Isirayeli
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nushitse indagano wagize

Naho Abisirayeli bagira indagano ku bushake, babwirizwa kuzishitsa (Gh 30:2; it-2 1164)

Indagano zirajamwo ivyo umuntu yirinda ariko ubwavyo atari bibi (Gh 30:3, 4; it-2 1164)

Muri iki gihe, Yehova agirana indagano n’abasavyi biwe umwe wese ukwiwe (Gh 30:6-9; w04 1/8 27 ing. 3)

Indagano zibiri nyamukuru abakirisu bagira muri iki gihe ni indagano y’ukwiyegura n’iy’ukwabirana.

Udufoto: Abantu bariko bagira indagano. 1. Umukobwa ariko arasenga. 2. Umugabo n’umugore bariko bambikana impeta ku birori vy’ubugeni bwabo.

NIWIBAZE UTI: ‘Noba mbaho nshitsa ivyo nasezeranye?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika