ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Kigarama rup. 6
  • 28 Kigarama 2020–3 Nzero 2021

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 28 Kigarama 2020–3 Nzero 2021
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Kigarama rup. 6

28 Kigarama 2020–3 Nzero 2021

ABALEWI 16-17

  • Ururirimbo rwa 41 n’isengesho

  • Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ico twigira ku musi w’impongano”: (Imin. 10)

    • Lw 16:12​—Umuherezi mukuru yaraseruka imbere ya Yehova mu buryo bw’ikigereranyo (w19.11 21 ing. 4)

    • Lw 16:13​—Umuherezi mukuru yarashikiriza imibavu Yehova (w19.11 21 ing. 5)

    • Lw 16:14, 15​—Umuherezi mukuru yaca atangira impongano ibicumuro vy’abaherezi be n’abagize ihanga (w19.11 21 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Lw 16:10​—Ni mu buryo ki impene ku bwa Azazeli yagereranya incungu ya Yezu? (it-1 242 ing. 3)

    • Lw 17:10, 11​—Kubera iki tutemera guterwa amaraso? (w14 15/11 10 ing. 10)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 16:1-17 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nushikirize kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha. (th icigwa ca 4)

  • Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) fg icigwa ca 1 ing. 1-2 (th icigwa ca 14)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 70

  • “Woba wipfuza kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Abamisiyonari bakorera mu ndimiro ni abakozi mw’iyimbura.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30 canke idashika) lvs ikig. 3 ing. 1-7

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 28 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika