ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Ruheshi rup. 2
  • Yozefu arababariye bene wabo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yozefu arababariye bene wabo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Niwitegurire kubabarira abandi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • “Mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • ‘Mubandanye Guharirana Ata Kangonongono’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1997
  • Kubabarira abandi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Ruheshi rup. 2
Yozefu ariko arihishurira benewabo uwo ari we, na bo bariko baramuraba batangaye.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 44-45

Yozefu ababarira benewabo

44:1, 2, 33, 34; 45:4, 5

Kubabarira ntivyama vyoroshe, na canecane igihe umuntu yakubabaje nkana. Ni igiki cafashije Yozefu kubabarira benewabo igihe bamukorera ikibi?

  • Yozefu ntiyarondeye kwihora, ahubwo yarondeye icotuma abaharira.​—Zb 86:5; Lk 17:3, 4

  • Ntiyabitse inzika ahubwo yariganye Yehova, we yama agabirije guharira.​—Mk 7:18, 19

Nokwigana gute Yehova mu bijanye no kubabarira?

Amafoto: 1. Bashiki bacu babiri bariko barayaga ku Ngoro y’Ubwami. 2. Abavukanyi babiri bariko bararamukanya.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika