UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 PETERO 1-3
“Mwamiz[e] hafi ku muzirikanyi ukuhaba kw’umusi wa Yehova”
Yehova azoshitsa ningoga ubutungane igihe yashinze kigeze. None ivyo dukora vyoba vyerekana ko twiteguriye umusi wa Yehova uriko uraza?
Kugira uruhara “mu bikorwa vy’ingeso nyeranda be n’ibikorwa vy’ukwihebera Imana” bisobanura iki?
Dutegerezwa kuba abatanduye mu nyifato kandi tukaburanira ukwizera kwacu
Dutegerezwa kwama tugira uruhara mu bikorwa bijanye n’ugusenga kwacu, twaba turi mu bantu canke turi twenyene