ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Kigarama rup. 2
  • Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ukwamamaza kwa Sauli kuvyura urwanko
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • Yezu atora Sawuli
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ishengero «rija mu kiringo c’amahoro»
    “Nushinge intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana”
  • Yarahinduye cane uburyo yiyumvira
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Kigarama rup. 2
Sauli aguye hasi kubera arasiwe n’umuco uvuye mw’ijuru

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 9-11

Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete

9:15, 16, 20-22

Sauli ntiyatebaganye gushira mu ngiro ivyo yize. Kubera iki none yabigize kandi abandi vyarabananiye? Ni kubera ko yatinya Imana aho gutinya abantu, kandi agakenguruka cane imbabazi Kristu yari yamugiriye. Nimba uriko uriga Bibiliya mugabo ukaba utarabatizwa, woba uzokwigana Sauli mu gushira mu ngiro ivyo wiga udatebaganye?

WARI UBIZI?

Abaroma bari barahaye uburenganzira Abayuda bwo guca imanza zibega ubwabo. Vyongeye, Inama Nkuru be n’umuherezi mukuru bari bafise ububasha bwo gushingira Umuyuda wese ikibereye n’ikitabereye, aho yaba ari hose. Ni co gituma bahaye uburenganzira Sauli bwo gufata Abayuda bacitse abakirisu, mbere n’abari bari mu turere twa kure nk’i Damasiko, ahari nko ku bilometero 220 uvuye i Yeruzalemu.

Ikarata yerekana Damasiko na Yeruzalemu
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika