ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Kigarama rup. 2
  • 3-9 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 3-9 Kigarama
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Kigarama rup. 2

3-9 Kigarama

IVYAKOZWE 9-11

  • Ururirimbo rwa 115 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Uwatoteza abigishwa ba Yezu acika umwigishwa w’umunyamwete”: (Imin. 10)

    • Ivk 9:1, 2​—Sauli yaratoteza cane abigishwa ba Yezu (bt 60 ing. 1-2)

    • Ivk 9:15, 16​—Sauli yaratowe ngo ashingire intahe Yezu (w16.06 7 ing. 4)

    • Ivk 9:20-22​—Sauli yaracitse umwigishwa w’umunyamwete (bt 64 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivk 9:4​—Kubera iki Yezu yabajije Sauli ngo: “Umpamira iki?” (bt 60-61 ing. 5-6)

    • Ivk 10:6​—Kubera iki biri n’ico bivuze kubona intumwa Petero yaratse indaro ku muhinguzi w’inshato? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivk 9:10-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 58

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin.7) Erekana videwo yo muri Kigarama ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 44

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 59 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika