ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Mukakaro rup. 2
  • Nube umuntu atanga cane

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nube umuntu atanga cane
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Abatanga cane baragira agahimbare
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • Uburyo bwo guserura ugukenguruka
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Nutange cane
    Be maso!—2025
  • “Ubu ugira ubone ico nzokorera Farawo”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Mukakaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | LUKA 6-7

Nube umuntu atanga cane

6:38

Umuntu atanga, arakoresha umwanya wiwe, inguvu ziwe be n’ivyo atunze mu gufasha abandi no mu kubaremesha.

  • Umugabo wo mu bihe vya kera afise intete mu mpuzu yazinze

    Imvugo ngo “mugire akamenyero ko gutanga” yavuye mu rivuga ry’ikigiriki ryerekana igikorwa kibandanya

  • Nitwagira akamenyero ko gutanga, abandi bazodusukira mu gikondorero “ingero nziza, itsindagiye, inyingishe kandi isesekaye.” Iyo mvugo ishobora kwerekeza ku kamenyero abadandaza bamwebamwe bari bafise ko gusuka mu mpuzu y’umuguzi ivyo yaba aguze

Umuvukanyi akiri muto ariko afasha uwugeze mu zabukuru gusuma

Ni mu bihe ibihe woshira mu ngiro iyi mpanuro? Vyandike.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika