ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Mukakaro rup. 2
  • 2-8 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 2-8 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Mukakaro rup. 2

2-8 Mukakaro

LUKA 6-7

  • Ururirimbo rwa 109 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Nube umuntu atanga cane”: (Imin. 10)

    • Lk 6:37​—Umuntu ababarira abandi, na we arababarirwa (nwtsty amakuru adufasha kwiga; w08 15/5 9 ing. 13-14)

    • Lk 6:38​—Turakwiye kugira akamenyero ko gutanga (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Lk 6:38​—Ingero tugeresha ni yo abandi bazotugererako (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)

    • Lk 6:12, 13​—Yezu yasigiye gute akarorero keza abakirisu bahanganye no gufata ingingo zikomeye? (w07 1/8 6 ing. 1)

    • Lk 7:35​—Aya majambo ya Yezu yodufasha gute hagize uwutwambika ibara? (nwtsty amakuru adufasha kwiga)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lk 7:36-50

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye k’ingene twotanguza ibiyago.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 197-198 ing. 4-5

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 108

  • Twigane Yehova mu bijanye no gutanga: (Imin. 15) Erekana iyo videwo. Nimuce muganira kuri ibi bibazo:

    • Yehova na Yezu berekanye gute ko batanga?

    • Yehova ahezagira gute umutima wacu wo gutanga?

    • Kubabarira abandi ata gahigihigi bisobanura iki?

    • Uburyo bumwebumwe twotanga umwanya wacu ni ubuhe?

    • Twokwerekana gute ko dutanga mu bijanye no gukeza abandi?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 27

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 57 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika