ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Nzero rup. 6
  • 22-28 Nzero

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 22-28 Nzero
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Nzero rup. 6

22-28 Nzero

MATAYO 8-9

  • Ururirimbo rwa 17 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Yezu yarakunda abantu”: (Imin. 10)

    • Mt 8:1-3​—Yezu yaragiriye impuhwe zidasanzwe umuntu yari arwaye imibembe (“amukorako,” “Ndabishaka” amakuru adufasha kwiga Mt 8:3, nwtsty)

    • Mt 9:9-13​—Yezu yarakunda abantu basuzugurwa (“ku meza,” “abatozakori” amakuru adufasha kwiga Mt 9:10, nwtsty)

    • Mt 9:35-38​—Urwo Yezu yakunda abantu rwaratuma yamamaza inkuru nziza n’igihe nyene yaba arushe. Rwaranatumye asenga asaba Imana ngo irungike abandi bakozi (“ikigongwe” amakuru adufasha kwiga Mt 9:36, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 8:8-10​—Ni icigwa ikihe dushobora gukura mu kiyago Yezu yagiranye n’iyo ntwazangabo? (w02 15/8 13 ing. 16)

    • Mt 9:16, 17​—Yezu yashaka kuvuga iki igihe yatanga ivyo bigereranyo bibiri? (jy 70 ing. 6)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 8:1-17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera kuri bwa buryo bw’Ingene twotanguza ibiyago. Mutumire kw’ikoraniro.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 46-47 ing. 18-19

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 145

  • ‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’​—Igice ca 1 (Agace k’iyo videwo): (Imin. 15) Guhana ijambo. Muhejeje gusoma Matayo 9:18-25 no kuraba agace k’iyo videwo, nuce ubaza ibi bibazo:

    • Yezu yerekanye gute ko yitwararika wa mugore yari arwaye be na Yayiro?

    • Iyo nkuru ituma ubona gute ubuhanuzi buvuga ivya kazoza igihe Ubwami buzoba buganza?

    • Ni mu buryo ubuhe twokwigana urukundo Yezu yakunda abantu?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 5

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 95 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika