ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 7
  • Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Ukuntu Yehova yishura isengesho rivuye ku mutima
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
  • Igice ca 2
    Niwumvirize Imana
  • Ibikurubikuru vyo mu Gitabu ca Gatatu n’ica Kane vya Zaburi
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Akarorero wokwigana—Asafu
    Ibibazo urwaruka rwibaza—Inyishu ngirakamaro, Igitabu ca 2
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 7

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ZABURI 79-86

Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?

Umwanditsi w’amazaburi ariko aravuza inanga

Uwanditse Zaburi 83 ashobora kuba yakomoka ku Mulewi yitwa Asafu yabayeho mu gihe kimwe n’Umwami Dawidi. Iyo zaburi yanditswe mu gihe amahanga y’abansi yari ageramiye abasavyi ba Yehova.

83:1-5, 16

  • Mw’isengesho uwo mwanditsi yatuye, yashimitse kw’izina rya Yehova n’ubusegaba bwiwe aho gushimika ku mutekano wiwe bwite

  • Muri iki gihe, abasavyi b’Imana baguma bashikirwa n’ibitero bikurakuranwa. Ukwihangana kwacu kuratera iteka Yehova

83:18

  • Yehova ashaka ko tumenya izina ryiwe

  • Ivyo dukora bikwiye kwerekana ko Yehova ari we ahambaye cane mu buzima bwacu

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika