ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Mukakaro rup. 7
  • 25-31 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • 25-31 Mukakaro
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Mukakaro rup. 7

25-31 Mukakaro

ZABURI 79-86

  • Ururirimbo rwa 138 n’isengesho

  • Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • “Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?”: (Imin. 10)

    • Zb 83:1-5​—Izina rya Yehova n’ubusegaba bwiwe ni vyo bikwiye kuturaza ishinga gusumba ibindi (w08 15/10 13 ing. 7-8)

    • Zb 83:16​—Ukwumirako n’ukwihangana kwacu biratera iteka Yehova (w08 15/10 15 ing. 16)

    • Zb 83:17, 18​—Yehova ni we ahambaye cane kw’isi no mw’ijuru (w11 15/5 16 ing. 1-2; w08 15/10 15-16 ing. 17-18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 79:9​—Uwu murongo utwigisha iki ku bijanye n’amasengesho dutura? (w06 15/7 12 ing. 5)

    • Zb 86:5​—Ni mu buryo ki Yehova “[y]iteguriye kubabarira”? (w06 15/7 12 ing. 9)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 85:8–86:17

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) fg icigwa 7 ing. 1

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) fg icigwa 7 ing. 3

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 7 ing. 7-8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 111

  • Imana yoba ifise izina?: (Imin. 15) Banza werekane akavidewo ko kuri jw.org. kavuga ngo Imana yoba ifise izina? (Raba ahavuga ngo IVYASOHOWE > IBITABU N’UDUTABU. Nuce urondera agatabu Inkuru nziza. Ako kavidewo ugasanga munsi y’icigwa kivuga ngo “Imana ni nde?”) Nimuce muganira kuri ibi bibazo: Twokoresha gute ako kavidewo igihe twamamaza akaryo kizanye, ku mugaragaro n’inzu ku nzu? Ni ivyiza ibihe wiboneye igihe werekana ako kavidewo?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 20 ing. 14-26, n’isubiramwo ry’ikigabane

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 143 n’isengesho

    Ivyibukijwe: Banza muvuze incuro imwe urwo ruririmbo rushasha, hanyuma abagize ishengero bace baruririmba.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika