9-15 Rusama
ZABURI 1-10
Ururirimbo rwa 99 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Uwushaka kugiranira amahoro na Yehova ategerezwa kwubaha Umwana wiwe Yezu”: (Imin. 10)
[Nimwerekane ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Zaburi.]
Zb 2:1-3—Vyari vyaravuzwe ko amahanga yorwanije Yehova na Yezu (w04 15/7 16-17 ing. 4-8)
Zb 2:8-12—Abubaha Umwami yarobanuwe na Yehova ni bo bonyene bazoronka ubuzima (w04 1/8 5 ing. 3-4)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 2:7—“Ingingo ya Yehova” ni iki? (w06 15/5 17 ing. 6)
Zb 3:2—Ijambo Sela risobanura iki? (w06 15/5 18 ing. 2)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 8:1–9:10
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.3 igipfukisho—Soma icanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.3 igipfukisho—Niwereke uwo muganira ingene yovoma ico kinyamakuru kuri JW Library.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 11 ing. 12-13—Nuremeshe inyigisho yawe gushira JW Library mu kuma kiwe ngendanwa.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nusonere inzu ya Yehova: (Imin. 5) Guhana ijambo. Niwerekane akavidewo ko kuri jw.org kavuga ngo Nube umugenzi wa Yehova—Nusonere inzu ya Yehova. (Ja ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Nuce usaba abana baze ku mukiruruko ubabaze ibibazo bijanye n’ako kavidewo.
Izina ry’Imana mu Vyanditswe vy’igiheburayo: (Imin. 10) Insiguro ishingiye ku gihimba ca 1 c’Agatabu gafasha kwiga Ijambo ry’Imana.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 15 ing. 1-14, n’uruzitiro “Ibibazo bibazwa kuri Esiteri” mu kigabane ca 16
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 11 n’isengesho