Amatangazo
◼ Ivyo tuzoshikiriza muri Munyonyo na Kigarama: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? Canke kamwe muri utu dupapuro tw’inkuru nziza: Imibabaro yoba izoteba igahera? (T-34) na Ubwami bw’Imana ni iki? (T-36) Nzero na Ruhuhuma: Inkuru nziza iva ku Mana canke kamwe muri utu dutabu tw’impapuro 32: Niwumvirize Imana na Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera.