ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 11/15 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 9 Munyonyo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 9 Munyonyo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 9 MUNYONYO
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 11/15 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 9 Munyonyo

INDWI ITANGURA KU WA 9 MUNYONYO

Ururirimbo rwa 48 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

ia ikig. 2 ing. 1-12 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: 1 Ngoma 21-25 (Imin. 8)

No. 1: 1 Ngoma 23:1-11 (Imin. 3 canke idashika)

No. 2: Elisha​—Umutwe: Niwubahe cane abasavyi ba Yehova​—w03 1/9 rup. 30; w13 15/8 rup. 28-29 (Imin. 5)

No. 3: Harumagedoni ni iki vy’ukuri?​—w12 1/2 rup. 5-7 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Icivugo c’uku kwezi: “Jewe narateye, Apolo aravomera, mugabo Imana yaguma ikuza.”​—1 Kor. 3:6.

Ururirimbo rwa 98

Imin. 10: “Jewe narateye, Apolo aravomera, mugabo Imana yaguma ikuza.” Insiguro ishingiye ku civugo c’uku kwezi. (1 Kor. 3:6) Umwanya ubakundiye, nuvuge icabonywe kiri mu Munara w’Inderetsi wo ku 15 Nzero 2008, urupapuro rwa 15, ingingo ya 13-14. Nuvuge muri make bimwebimwe mu biganiro vyo mw’Ikoraniro ry’umurimo vyo muri uku kwezi, wongere werekane ingene bifitaniye isano n’icivugo c’uku kwezi.

Imin. 20: “Turyohore ubuhanga bwacu mu busuku​—Gushikiriza igitabu Ivyo Bibiliya yigisha.” Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimushiremwo imyerekano ibiri migufimigufi, umwe ushingire ku vyiyumviro vyatanzwe muri iki kiganiro, uwundi na wo werekane uburyo bwo gutanguza ikiyago umwamamaji yabonye ko ari ngirakamaro.

Ururirimbo rwa 111 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika