ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 12/14 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 15 Kigarama

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 15 Kigarama
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 15 KIGARAMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 12/14 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 15 Kigarama

INDWI ITANGURA KU WA 15 KIGARAMA

Ururirimbo rwa 1 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 17 ing. 9-16 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Yosuwa 6-8 (Imin. 10)

No. 1: Yosuwa 8:18-29 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Kubera iki kw’ishure ntinya kubwira abandi ivyo nemera?​—yp1 rup. 121-127 (Imin. 5)

No. 3: Ingene twofata umuntu yaciwe mw’ishengero​—lv rup. 207-209 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Icivugo c’uku kwezi: Dusohore “ibintu vyiza” mw’itunga ryiza twajejwe.​—Mat. 12:35a.

Ururirimbo rwa 101

Imin. 15: “Kuyobora inyigisho za Bibiliya zitera imbere.” Ibibazo n’inyishu. Muhejeje kwihweza ingingo ya 3, nimugire umwerekano ugizwe n’ibice bibiri, aho umwamamaji be n’uwo yigisha Bibiliya bariko barayaga mu gitabu Ivyo Bibiliya yigisha, ikigabane ca 15 ingingo ya 8. Mu mwerekano wa mbere, umwamamaji aravuga menshi. Mu wa kabiri, umwamamaji arabaza uwo mutohoji utubazo dutuma aserura iryo agona.

Imin. 15: Ikintu cogufasha kwitegurira kuyobora inyigisho za Bibiliya. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Niwerekeze abumviriza kuri jw.org ahavuga ngo “Bibiliya yigisha iki?” (Ja ahanditse ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.) Hazotangwa ayo mayagwa yacapuwe. Nimuganire ukuntu ayo mayagwa yokoreshwa kugira adufashe kwigisha neza Bibiliya abato n’abakuze. Ibibazo bibazwa muri ayo mayagwa vyodufasha gute gukora umutohoji ku mutima? Nimushiremwo agakino ko kwivugana k’umwamamaji ariko arakoresha amwe muri ayo mayagwa yacapuwe kugira ngo amufashe kwiyumvira ivyo uwo bigana Bibiliya akeneye yongere amufashe gutegura ibibazo ngirakamaro. Nusozere uremesha abumviriza kurushiriza kuba abigisha beza mu kwihatira gukora ku mutima abo bigana bakoresheje ibintu vyiza dufise twofashisha abandi.​—Imig. 20:5.

Ururirimbo rwa 99 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika