Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 23 Ruheshi
INDWI ITANGURA KU WA 23 RUHESHI
Ururirimbo rwa 109 n’isengesho
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
cl ikig. 9 ing. 1-7 (Imin. 30)
Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: Abalewi 10-13 (Imin. 10)
No. 1: Abalewi 12:1–13:8 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Kubera iki nonanira ibinyosha kuja mu buhumbu?—yp2 rup. 48-54 (Imin. 5)
No. 3: Dushobora gute kuguma tudahumanye ku mubiri?—lv rup. 90 ing. 14–rup. 92 ing. 18 (Imin. 5)
Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 10: Ivyo tuzoshikiriza muri Mukakaro. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimuce irya n’ino muri make ibiri mu bisohokayandikiro bizoshikirizwa. Nimugire umwerekano umwe canke ibiri.
Imin. 20: “Ingene twofasha abantu bigora gusoma.” Ibibazo n’inyishu.
Ururirimbo rwa 55 n’isengesho