Amatangazo
◼ Ivyo tuzoshikiriza muri Ndamukiza: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso! Rusama na Ruheshi: Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki? canke kamwe muri utu dupapuro tw’inkuru nziza: Ugucumukura kwose kugiye kurangira, Ukubaho mu Mahoro mw Isi Nsha, Yehova—Ni Nde? canke Woba ushaka kumenya ukuri? kandi mugerageze gutanguza inyigisho za Bibiliya. Mukakaro: Abamamaji boshobora gushikiriza kamwe muri utu dutabu tw’impapuro 32: Inkuru nziza iva ku Mana, Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera.