ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/14 rup. 4
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruhuhuma

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruhuhuma
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 3 RUHUHUMA
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 1/14 rup. 4

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Ruhuhuma

INDWI ITANGURA KU WA 3 RUHUHUMA

Ururirimbo rwa 22 n’isengesho

Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

cl ikig. 2 ing. 12-20 (Imin. 30)

Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Itanguriro 21-24 (Imin. 10)

No. 1: Itanguriro 23:1-20 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ico gukurikira Kristu bisobanura—cf rup. 11-13 ing. 14-20 (Imin. 5)

No. 3: Dukunde abo Imana ikunda—lv rup. 26 ing. 5–rup. 27 ing. 7 (Imin. 5)

Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 81

Imin. 10: Gushikiriza ibinyamakuru muri Ruhuhuma. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nimuhere ku kugira umwerekano w’ingene ivyo binyamakuru vyoshikirizwa, mukoresheje uburyo bwo kubishikiriza buri kuri uru rupapuro. Nimuce muca irya n’ino ubwo buryo bwo kubishikiriza bwose uko bwakabaye mu gusoma buri gice, musoma iryungane rimwerimwe canke abirabiri, maze usabe abumviriza bagire ico bavuze ku ntumbero yabwo. Nimwibutse abamamaji ko bakwiye gukoresha amajambo yabo bwite, be n’uko boshobora guhitamwo kugira ico bahinduye kuri ubwo buryo bwo gushikiriza ivyo binyamakuru canke ko bashobora kwitegurira ubundi. Nusozere muri make uremesha bose kumenya ibiba biri muri ivyo binyamakuru be no kugira uruhara n’umwete mu kubishikiriza.

Imin. 10: Ibikenewe iwanyu.

Imin. 10: Muzobamenyera ku vyamwa bama. (Mat. 7:16) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2013, ku rupapuro rwa 47, ingingo ya 1-2; no ku rupapuro rwa 52, ingingo ya 1-6. Nusabe abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Ururirimbo rwa 25 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika