Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 21 Gitugutu
INDWI ITANGURA KU WA 21 GITUGUTU
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:
jr ikig. 15 ing. 13-20 (Imin. 30)
□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:
Igisomwa ca Bibiliya: 1 Abatesalonika 1–2 Abatesalonika 3 (Imin. 10)
No. 1: 1 Abatesalonika 2:9-20 (Imin. 4 canke idashika)
No. 2: Twokwigira iki ku bintu vyiza no ku bintu bibi Salomo yakoze?—Rom. 15:4 (Imin. 5)
No. 3: Gukoresha ibishushanyo birasiga iceyi Imana—td 7A (Imin. 5)
□ Ikoraniro ry’umurimo:
Imin. 15: Hatwigisha iki? Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Saba abumviriza basome Mariko 1:40-42, Mariko 7:32-35 na Luka 8:43-48. Nimwihweze ukuntu ibivugwamwo bishobora kudufasha mu busuku bwacu.
Imin. 15: “Nukoreshe umuhora wacu wo kuri Internet mu kwigisha abana bawe.” Ibibazo n’inyishu. Igihe murimbura ingingo ya 3, nusigure aho umuntu yokura ahavuga ngo “Ubuyobozi buhabwa abavyeyi” hanyuma utange akarorero k’amagirenama ahari. Igihe murimbura ingingo ya 4, nusabe abumviriza bavuge ukuntu imiryango yabo yakoresheje neza umuhora wacu wo kuri Internet mu gusenga kwabo kwo mu muryango.
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho