ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 8/13 rup. 2
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Myandagaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Myandagaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 19 MYANDAGARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 8/13 rup. 2

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 19 Myandagaro

INDWI ITANGURA KU WA 19 MYANDAGARO

Ururirimbo rwa 51 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 13 ing. 8-13 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Abaroma 9-12 (Imin. 10)

No. 1: Abaroma 9:19-33 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Bibiliya ni igitabu candikiwe abantu bose—td 3C (Imin. 5)

No. 3: Imvo zishingiye ku Vyanditswe zituma tudakwiye gutinya abantu—Luka 12:4-12 (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 113

Imin. 10: “Ijambo ry’Imana riragira ububasha.” Ibibazo n’inyishu. Numenyeshe igenekerezo iteraniro ridasanzwe ry’umusi umwe rizoberako, nimba rizwi.

Imin. 10: Ukuntu wokwishura amajambo asanzwe ahagarika ikiyago mu karere iwanyu. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nuvuge amajambo ahagarika ikiyago akunze kuvugwa mu cibare canyu mugabo atarimburwa muri ka gatabu Uburyo bwo Gutanguza no Kubandanya Ibiyago Bishingiye Kuri Bibiliya. Nusabe abumviriza bavuge ukuntu bokwishura. Nimugire umwerekano mugufi.

Imin. 10: Niwamamaze n’ubutinyutsi. (Ivyak. 4:29) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku Gitabu c’umwaka 2013, urupapuro rwa 49, ingingo ya 1-6; no kuva ku rupapuro rwa 69, ingingo ya 1, gushika ku rupapuro rwa 70, ingingo ya 2. Nusabe abumviriza bavuge ivyigwa bahigiye.

Ururirimbo rwa 92 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika