Amatangazo
◼ Ivyo tuzoshikiriza mu mezi ya Mukakaro na Myandagaro: Inkuru nziza iva ku Mana canke kamwe muri utu dutabu: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Intwaro izozana Iparadizo, Inzira Ijana mu Buzima Budahera—Woba Warayitoye?, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Vyoba vyararemwe? canke akandi gatabu ako ari ko kose k’impapuro 32 mufise mw’ishengero ryanyu. Nyakanga na Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso!