ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/13 rup. 1
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 8 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 7/13 rup. 1

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 8 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 8 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 43 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 11 ing. 15-21 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Ivyakozwe 15-17 (Imin. 10)

No. 1: Ivyakozwe 16:16-34 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Ni kubera iki umukirisu ashobora guhimbarwa igihe ahamwa?—Mat. 5:11, 12 (Imin. 5)

No. 3: Gupfa kwizera Yezu vyoba bihagije kugira ngo umuntu aronke ubukiriro?—td 44C (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 75

Imin. 10: Uburyo bwo kwamamaza inkuru nziza—Kuyobora abashimishijwe kw’ishirahamwe rya Yehova. Insiguro ishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, ku rupapuro rwa 99, ingingo ya 2-4. Nusabe abumviriza bavuge ukuntu bakoresheje ka gatabu Ivyo Yehova agomba mu kuyobora abo bigisha Bibiliya kw’ishirahamwe.

Imin. 10: Nugeze Yehova, maze wironkere umuhezagiro gushika aho hadasubira kubaho umukeno (Mal. 3:10) Nubaze ibibazo abatsimvyi basanzwe babiri canke batatu. Ni igiki kibahimbara kuruta ibindi mu gikorwa c’ubutsimvyi? Ni gute gukora ubutsimvyi vyabafashije mu vy’impwemu? Nubasabe bigane ivyabonywe bishimishije biboneye. Nusozere usaba abamamaji kuraba ko bokora ubutsimvyi busanzwe kuva muri Nyakanga.

Imin. 10: “Mufatire akarorero ku bahanuzi—Yoweli.” Ibibazo n’inyishu.

Ururirimbo rwa 54 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika