ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 6/13 rup. 8
  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 1 Mukakaro

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 1 Mukakaro
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Udutwe
  • INDWI ITANGURA KU WA 1 MUKAKARO
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 6/13 rup. 8

Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 1 Mukakaro

INDWI ITANGURA KU WA 1 MUKAKARO

Ururirimbo rwa 69 n’isengesho

□ Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero:

jr ikig. 11 ing. 9-14 (Imin. 30)

□ Ishure ry’ubusuku bwa gitewokarasi:

Igisomwa ca Bibiliya: Ivyakozwe 11-14 (Imin. 10)

No. 1: Ivyakozwe 11:1-18 (Imin. 4 canke idashika)

No. 2: Igituma kwemera Yezu bihambaye kugira umuntu aronke ubukiriro—td 44B (Imin. 5)

No. 3: Abagenzi bawe ni bande vy’ukuri?—Zab. 119:63 (Imin. 5)

□ Ikoraniro ry’umurimo:

Ururirimbo rwa 70

Imin. 10: Ukuntu twoshikiriza ibinyamakuru muri Mukakaro. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza. Nufate amasegonde ari hagati ya 30 na 60 uvuge igituma ivyo binyamakuru bizoshimisha abantu bo mu cibare canyu. Hanyuma, ufatiye ku biganiro vyo mu Munara w’Inderetsi bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, nusabe abumviriza bavuge ikibazo kivyura ugushimishwa bobaza, uce ubasaba bavuge icanditswe bosoma. Nubigenze nk’ukwo nyene ku biganiro vyo muri Be maso! bihuye n’umutwe wo ku gipfukisho, hanyuma umwanya ubibakundiye, ubigenze gutyo no ku kindi kiganiro kimwe co muri ivyo binyamakuru. Nimugire umwerekano w’ukuntu kimwekimwe cose muri ivyo binyamakuru coshobora gushikirizwa, mukoresheje ibinyamakuru muheruka kuronka mw’ishengero ryanyu kandi mwisunge Igikorwa dukorera Ubwami catanzwemwo uburyo bwo kubishikiriza.

Imin. 10: Nufashe uwo mwigana Bibiliya kuba umwamamaji. Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishingiye ku gitabu Twagizwe ishirahamwe, kuva ku rupapuro rwa 79, ingingo ya 1, gushika ku kaburungu ka nyuma ko ku rupapuro rwa 80.

Imin. 10: “Uturyo twiyongereye two guhaya Yehova.” Ibibazo n’inyishu. Nubaze muri make umwamamaji umwe canke babiri bakoze ubutsimvyi bwo gufasha igihe mwari mwagendewe n’umucungezi w’umuzunguruko.

Ururirimbo rwa 35 n’isengesho

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika